Video Miss You de Sat B 2025 Soul Lyrics

Escucha la música Soul más popular de Sat B y otros artistas en línea. Disfruta de las mejores canciones de 2025 en Musicas-Cristianas de música en línea. ¡Encuentra tu canción favorita y escúchala en cualquier momento y en cualquier lugar!

Video Miss You » Sat B Letra

INICIOSat BMiss You

Sat B - Miss You Lyrics


Miss You Lyrics
Jigger Beat
Sat-B
Romantic Sounds
Verse 1
Allo Bite Christa bwakeye
Waramutse gute ? waramutse neza?
Ko nkuhamagara ntiwitabe
Nyitaba basi wumv’ico nkubwira
Aho Umbona Nta Mahoro
Kubera ya Ncuti yawe
Ndazi kumushikira ubu butumwa
Mubwire uti vyanse vyanse
Kagoheka
Vyanse ko amara na kabiri
Niwateba
Uzosanga yiyahuye ! yiyahuye
Uti mimba ari amakosa yiwe
Nashimye kuyirengagiza
Nkuko ryari isezerano ryokuzo
Kwihanganirana
Uti nta kamaro ko kwihisha
Burigihe iyo duhuye
Nimba ari amakosa
Narayanubabariye darling

Chorus:
Ivy’isi n’ubusa busa busa naho
Dukunda ibiguruka
Naho tubibona canke tubironka
Naho Dupfa Dupfa duhejeje
Ivy’isi n’ubusa busa busa naho
Dukunda ibitibuka
Naho tubibona canke tubironka
Naho Dupfa Dupfa duhejeje
If You Cry, I’m crying
You Cry, I’m crying
Oh Never Forget Darling
Oh Darling (x2)


Verse 2
Tumeshindwa kuelewana ila
Nampenda sana
Ajuwe Roho Yangu Anaicoma
Kutwa kutukana mapenzi
Yamekuwa noma
Oh nateseka sana
Nimefika Mpaka Dar
Kumsaka mondi wa tandale
Anieleze nini siri yamafanikio
Niweze kukutunza
Sijamuona
Oh mama sijamuona
Kwani wapo wengi kama mimi
Walokosewa na leo wameridhika na
Wao wapenzi
Nagerageje kumwibagira
Ariko bimbera umuti urura
Mbega nibiki ko agumya umutima
Bikamunanira no kunsaba ibambazi
Imbabazi nizo zubaka
Nizo Zubaka ingo zabasogukuru
Harya ivy’isi ivy’isi n’ubusaaaaa


Chorus:
Ivy’isi n’ubusa busa busa naho
Dukunda ibiguruka
Naho tubibona canke tubironka
Naho Dupfa Dupfa duhejeje
Ivy’isi n’ubusa busa busa naho
Dukunda ibitibuka
Naho tubibona canke tubironka
Naho Dupfa Dupfa duhejeje
If You Cry, I’m crying
You Cry, I’m crying
Oh Never Forget Darling
Oh Darling (x2)

Miss You » Sat B Letras !!!
ANUNCIOS PUBLICITARIOS
Esta sitio web no aloja ningún tipo de archivo audio o video© Musicas-Cristianas 2025 España | Chile - Argentina - México. Todos los derechos reservados.

Escuchar músicas enlinea gratis, 2025 Escuchar Música Online, Música en Línea 2025, Música en Línea Gratis, Escuchar Música Gratis, Música Online 2025, Escuchar Música

Música 2025, Música 2025 Online, Escuchar Música Gratis 2025, Músicas 2025 Gratis, Escuchas top, Música de Moda.